"Mariya" Лірыка
«Mariya» мае тэксты на Кірундзі мове.
Значэнне "Mariya" паходзіць з мовы Кірундзі і ў цяперашні час не пераўтворана ў англійскі пераклад.
INKENGERA Y'URUPFU
Artist : Akes Don
Song write : Akes Don
Producer : Akes Don
Studio Record : Waka Record
M&M : Akes Don
Video Director : 3pied Darcy
Song Mariya by Akes Don ( Lyrics)
Vers 1
Urashaka kumufona
Ariko urazi ko atokwitaba
Umutima wawe ukamuririra
Kandi uzi ko atakiri uwawe
Ukifata nkuwukomeye
Mumutima uriko uvunagurika
Buri mpwemu usohora
Iguma ikwibutsa uwo wakunze
Hanyuma akagutana amarira
Ninkumbu zidahera
Ukaguma ugwana nigitutu ciwe
Ngo umwibagire
Mariya reka kurira. Mariya
Chorus
Mari mari Mariya
Reka kurira
Mari Mariya
Mari mari Mariya
Hanagura amarira
Mari mariya
Vers 2
Urukundo ningwara itagirumuti yeeehaaa
Urukundo ooohhh ohhhh
Rurababaza rurababaza aaahhh
Urukundo ruziba amatwi
Rugashusha umutima
Urukundo ooohhh ohhhh
Rurababaza rurababaza aaahhh
Cane cane iyo agiye
Agusiga mumwijima
Akaduma nkumuyaga
Ataguteguje umutima
Agiye
Hanyuma akagutana amarira
Ninkumbu zidahera
Ukaguma ugwana nigitutu ciwe
Ngo umwibagire
Mariya reka kurira. Mariya
Chorus
Mari mari Mariya
Reka kurira
Mari Mariya
Mari mari Mariya
Hanagura amarira
Mari mariya